Linox TV
Welcome to Linox TV โ your home of entertainment, sports, and daily updates.
We are at your service 24/7, bringing you the latest news, trending stories, exciting highlights, and everything happening in the world of entertainment, sports, and pop cultur
25/09/2026
๐จโ
U ๐๐๐ฟ๐๐ป๐ฑ๐ถ buhejeje gutsindwa n'igihugu ca ๐ง๐ผ๐ด๐ผ muri zankino zoguhiga itike y'igikombe c'Afrika ๐๐๐ก
FT: Burundi 0_1 Togo
โฝ17' ๐๐ฎ๐ฟ๐ถ๐บ
โ๏ธ U Burundi bukaba butakaje amanota yabo yambere mukurondera itike izobajana mugikoommbe ca Afrika ๐๐๐ก 2027 izobera aha muri Afrika y'ubuseruko.
Urukino ruzo kurikira ๐๐ป๐๐ฎ๐บ๐ฏ๐ฎ zikazoca zihura na ๐๐น๐ด๐ฒฬ๐ฟ๐ถ๐ฒ ngaha mu ๐๐๐ฟ๐๐ป๐ฑ๐ถ kuri Stade ๐๐ป๐๐๐ฎ๐ฟ๐ถ.
Nkwibutseko U Burundi busanzwe muri mwitsinda ririmwo ibihugu nka ๐ง๐ผ๐ด๐ผ, ๐๐น๐ด๐ฒฬ๐ฟ๐ถ๐ฒ, ๐ป๐ฎ ๐ญ๐ฎ๐บ๐ฏ๐ถ๐ฒ.
Ubona dufise ammahirwe angana guteyogusubira muri ๐๐๐ก???
25/09/2026
๐จโ
Raphinha ngo habuze gato ave muri ๐๐ฐ ๐๐ฎ๐ฟ๐ฐ๐ฒ๐น๐ผ๐ป๐ฒ iyo hataba ๐๐ฎ๐ป๐๐ถ ๐๐น๐ถ๐ฐ๐ธ ๐
๐ฃ๏ธ๐ฅ๐ฎ๐ฝ๐ต๐ถ๐ป๐ต๐ฎ ati: "Nari hafi kuva muri ๐๐ฐ ๐๐ฎ๐ฟ๐ฐ๐ฒ๐น๐ผ๐ป๐ฒ , Ariko ikiganiro nagiranye na ๐๐ฎ๐ป๐๐ถ ๐๐น๐ถ๐ฐ๐ธ yaraje kumenyereza ๐๐ฎ๐ฟ๐ฐ๐ฒ๐น๐ผ๐ป๐ฒ catumye mpindura ibitekerezo
๐ง๐ท Raphinha abandanya agirati : ยซ Nari ndi muri ๐๐ฟ๐ฎ๐๐ถ๐น igihe ๐๐น๐ถ๐ฐ๐ธ yampamagara. Muri ico gihe, mu mutima wanje nari nsanzwe nzi ko ngiye kuva muri ๐๐ฎ๐ฟ๐ฐฬง๐ฎ. Mu bwenge bwanje, nari namaze gufata ingingo yo kugenda.
Ariko rero, narahuye na ๐๐น๐ถ๐ฐ๐ธ maze ambwira ko anyizera, ko nzoba umukinyi wโingirakamaro cane kandi ko uburyo umugwi ukina bwari bunkwiye.
Mu gihe nkโico, amajambo makeyi arashobora guhindura vyose. Yampaye icizere nari nkeneye kugira nsubire gukina umupira nโumutima wose.
Kuva uwo mwanya, hari ikintu kimwe gusa nari mfise mu mutwe: gutanga vyose mfise. ยป
Uyu ๐ฅ๐ฎ๐ฝ๐ต๐ถ๐ป๐ต๐ฎ rero kuva aho ๐๐ฎ๐ป๐๐ถ ๐๐น๐ถ๐ฐ๐ธ amwizereye yahindutse umukinyi akomeye cane.
Ibi nivyo biharuro vya ๐ฅ๐ฎ๐ฝ๐ต๐ถ๐ป๐ต๐ฎ kuva aho ๐๐ฎ๐ป๐๐ถ ๐๐น๐ถ๐ฐ๐ธ afatiye ๐๐ฎ๐ฟ๐ฐ๐ฒ๐น๐ผ๐ป๐ฒ.
๐๏ธ Inkino 98
โฝIbitsindo 69
๐
ฐ๏ธ Imipira ivamwo ibitsindo 32
Uyumwaka amaze gutsinda ibitsindo 14 munkino 8 gusa.
Nigiki wewe ukundira uyumusore iyo ari mukibuga???
๐๏ธ ๐๐๐ฎ๐ฟ๐ฑ๐ถ๐ฎ๐ป
25/09/2026
๐จ โ
Ingo wumve ukuntu Josรฉ Mourinho yagarutse muri Real Madrid ๐ต๐น๐ช๐ธ
๐ฃ๏ธ ๐๐ผ๐๐ฒฬ ๐ ๐ผ๐๐ฟ๐ถ๐ป๐ต๐ผ ati:ยซ Mumpera za sezo irangiye Real Madrid yarampamagaye.
Barambwiye bati: โTurakuzi, nawe uratuzi. Urazi club, umuco wayo nโabayobozi bayo. Turazi uburyo ukora. Turashaka ko wongera wubaka iyi ekipe, kandi turagukeneye kugira ngo utangure imyaka mishasha yโintsinzi nkโiyo iyi club imaze kugira.โ
Nagarutse kubera ko ekipe yari ishaka ko ngaruka, ariko nโuburyo banyegereye nabwo bwagize uruhara rukomeye kugira nemere kugaruka.
Navuye muri ๐ฅ๐ฒ๐ฎ๐น ๐ ๐ฎ๐ฑ๐ฟ๐ถ๐ฑ mu 2013, kandi kuva ico gihe twama dufitaniye umubano mwiza kandi wa hafi. Navuye muri club mu mahoro meza, nari mfitaniye umubano mwiza na prรฉsident hamwe nโubuyobozi.ยป
Uyu ๐๐ผ๐๐ฒฬ ๐ ๐ผ๐๐ฟ๐ถ๐ป๐ต๐ผ yitwa ko yaje nkurukiza muri ekipe ya ๐ฅ๐ฒ๐ฎ๐น ๐ ๐ฎ๐ฑ๐ฟ๐ถ๐ฑ muvyo amaze kwerekana munkino nkeya amaze gukina izonga iracari yayindi usivye ko bayishize murindi cupa.
Uyu niwo musaruro amaze kugerako kuva afashe iyi ekipe
๐๏ธ Inkino 8
โ
Intsinzi 6
โ Intsinzwi 2
โฝ Ekipe yiwe imaze gutsinda ibitsindo 20
๐ฅ
Imaze gutsindwa ibitsindo 9
Ubona ๐ ๐ผ๐๐ฟ๐ถ๐ป๐ต๐ผ iyi ekipe azohava ayisubiza kugasongero??
25/09/2026
๐จ Ubutigu burageze uyumusi niho urugendo rwokurondera itike yokuja mugikombe c'afrika ๐๐๐ก rutangira.
๐ง๐ฎ AFCON 2027 QUALIFIERS
โ๏ธ ๐ง๐ผ๐ด๐ผ ๐น๐ฌ vs ๐๐๐ฟ๐๐ป๐ฑ๐ถ ๐ง๐ฎ
๐๏ธ Stade de Kรฉguรฉ
๐ 18h00 โ Heure de Bujumbura
U Burundi burangajwe imbere na ๐ฆ๐ฎ๐ป๐ด๐๐ฎ ๐ฃ๐ฎ๐๐ฟ๐ถ๐ฐ๐ธ nabasore biwe nibo bagiye kuduhingira itike yokuja mugikombe c'afrika kuncuro yacu yakabiri kizobera hano mukarere ka Afrika y'ubuseruko (๐๐ฒ๐ป๐๐ฎ , ๐ง๐ฎ๐ป๐๐ฎ๐ป๐ถ๐ฒ, ๐จ๐ด๐ฎ๐ป๐ฑ๐ฎ)
Ururukino mushobora kurukurikirana ikibiriraho kuri ๐๐ฎ๐ป๐ฎ๐น+ ๐ฆ๐ฝ๐ผ๐ฟ๐ 2.
Ubona ๐๐ป๐๐ฎ๐บ๐ฏ๐ฎ Zzifise amahirwe angana gute yogutsinda uyumusi???
24/09/2026
๐จ ๐๐บ๐บ๐ฎ๐ป๐๐ฒ๐น ๐ฆ๐ต๐ฒ๐๐ถ ๐๐ฑ๐ฒ๐ฏ๐ฎ๐๐ผ๐ฟ umukinyi wakera w'ikipe y'igihugu ca ๐ง๐ผ๐ด๐ผ yagendeye ๐๐ป๐๐ฎ๐บ๐ฏ๐ฎ ๐ ๐๐ฟ๐๐ด๐ฎ๐บ๐ฏ๐ฎ uyumusi.
๐๐บ๐บ๐ฎ๐ป๐๐ฒ๐น ๐ฆ๐ต๐ฒ๐๐ถ ๐๐ฑ๐ฒ๐ฏ๐ฎ๐๐ผ๐ฟ n'umukinyi wumusatirizi wakera yakiniye ekipe nka ๐๐ฟ๐๐ฒ๐ป๐ฎ๐น , ๐ ๐ฎ๐ป๐ฐ๐ต๐ฒ๐๐๐ฒ๐ฟ ๐๐ถ๐๐, ๐ฅ๐ฒ๐ฎ๐น ๐ ๐ฎ๐ฑ๐ฟ๐ถ๐ฑ, ๐ง๐ผ๐๐๐ฒ๐ป๐ต๐ฎ๐บ ๐๐ผ๐๐๐ฝ๐๐ฟ, ๐ ๐ผ๐ป๐ฎ๐ฐ๐ผ , ๐๐ฟ๐๐๐๐ฎ๐น ๐ฃ๐ฎ๐น๐ฎ๐ฐ๐ฒ nizindi ekipe.
Uyumusatirizi rero ninawe ari mubafashije igihugu ciwe ca ๐ง๐ผ๐ด๐ผ kuronka uburenganzira kuncuro yambere yokuja mugikombe c'isi ca 2006.
Akaba arinawe mukinyi amaze gutsindira ekipe y'igihugu yiwe ibitsindo vyinshi kurusha abandi aho yatsindiye ico guhugu ibitsindo 32.
Kumusi w'ejo U ๐๐๐ฟ๐๐ป๐ฑ๐ถ buzocakirana n'igihugu ca ๐ง๐ผ๐ด๐ผ Isaha 18h 00' kumasaha yahano iwacu.
Kubipfuza kuraba urwo rukino bazorucisha kuri ๐๐ฎ๐ป๐ฎ๐น + ๐ฆ๐ฝ๐ผ๐ฟ๐ 2
24/09/2026
U BURUNDI buhejeje gutakaza urukino rwokurondera ikibanza cagatatu muri CECAFA U20 (Yabatarenza imyaka 20).
Inyuma yaho abo basore bagerageje kwitwara neza munkino zibiri zambere ntivyakunze ko babandanya bitwara neza nkuko nabo bavyipfuza.
Inyuma yogutsindwa na ๐ง๐ฎ๐ป๐๐ฎ๐ป๐ถ๐ฒ ikababuza amahirwe yokwitabira amahiganwa ya CAN U20 ( Yabatarenza imyaka 20) bahejeje kandi gutsindwa na ๐จ๐๐๐ก๐๐ murukino rwoguhiga ikibanza ca 3
FT : UGANDA U20 ๐บ๐ฌ 2_0 ๐ง๐ฎ BURUNDI U20 ๐ง๐ฎ
Aba basore rero basezerewe batsinze inkino 2 batsindwa 2
Uku niko umusaruro wabo wageze:
* ๐๐๐ฟ๐๐ป๐ฑ๐ถ ๐จ20 4_0 ๐ฆ๐ผ๐๐ฑ๐ฎ๐ป ๐๐ ๐ฆ๐๐ฑ ๐จ20
โข๐๐๐ฟ๐๐ป๐ฑ๐ถ ๐จ20 2_0 ๐๐ฒ๐ป๐๐ฎ ๐จ20
โข๐๐๐ฟ๐๐ป๐ฑ๐ถ ๐จ20 0_2 ๐ง๐ฎ๐ป๐๐ฎ๐ป๐ถ๐ฒ ๐จ20
โข๐๐๐ฟ๐๐ป๐ฑ๐ถ ๐จ20 0_2 ๐จ๐ด๐ฎ๐ป๐ฑ๐ฎ ๐จ20
โ Bashoboye gutsinda ibitsindo 6 ariko nabo bashoboye kuva mwihiganwa batsinzwe iibitsindo 4
Kuva ku ndero ya mbere y'umuziki gushika ku mudiho wa nyuma, ng'iyi incamake y'urugendo, umwete n'ubwitange bwa bose vyatumye Source of Culture Festival 2026 iba umunsi udasanzwe.
Mu misi itatu itazokwibagirana, twarahuriye hamwe kugira twizihize ubwiza, ubuhinga, imico, imigenzo, umuziki, imideri n'amateka bigize Uburundi n'Abanyagihugu baco.
Iyi ntambwe ntitwari kuyishikako tudafise abahanzi, abaririmvyi, aba-DJ, abafatanyabikorwa, abakozi, abadandaza, abakorerabushake hamwe n'umuntu wese yaje akagira uruhara muri uru rugendo.
Turakengurukiye cane:
๐ค Abahanzi:
@ satb_satura ยท ยท ยท ยท ยท
๐ง Aba DJ:
ยท
๐๏ธ Aba MCs:
ยท ยท
Kandi turashimira abandi benshi cane bagize uruhara muri iki gikorwa, baba abari imbere canke inyuma y'ivyo abantu babonye. Murakoze cane. โค๏ธ๐ง๐ฎ
20/08/2026
Retour en Image (Source Of Culture Festival)
Tubandanya twibuka igiteramo kidasanzwe c'umuco nakaranga. Ijoro ridasanzwe ryahuje abaririmvyi, abatamvyi, nabandi benshi kuri Stade Intwari muri Festival yigihugu idasanzwe yamateka.
Bandanya mudukurikira kuri Facebook, Instagram, na Youtube, tubateguriye amakuru yandi mashasha!!!
07/08/2026
Retour en imageโฆ
Click here to claim your Sponsored Listing.