Swagger boy

Swagger boy

Share

100800

13/06/2026
29/05/2026

Here we go!

🟣🔵Barcelonaaaaaaaaaa Arash*tseeeeeeeeee Bombazoooo : Anthony Gordon numukinyi wa Barcelona !!! Here We Go Fabrizio Romano 🔥🔥🔥🔥

Abafana ba Barcelona mwandike muri Comentaire kaze Fabrizio Romano official yemeje ko ash*tse muri Barcelona biraheze ndababwira Tayari 🔥🔥🔥🔥 Irasumye iyiniyo Transféré yambere yihuse mumateka Deco akoze 🔥🔥

Swagger boy

24/05/2026

Here we go!

🔵🟣Tayari!!! Kylian Mbappe niwe atahukanye Pichichi kandi nkumukinyi arangije sezo nibitsindo vyinshi muri Laliga 🔥

Swagger boy

24/05/2026

Ere we go!

🚨🚨 Umve ingene Hansi Flick yishuye bamubajije nimba yiteguye guhangana na Josè Mourinho muri sezo iza .

Ikibazo : Uriteguye guhangana na José Mourinho muri sezo iza ?

Hansi Flick : "Egoo cane . N'umumenyereza nk'abandi bose".

Swagger boy

24/05/2026

Here we go!

🚨 Uli Hoeneß (Umuyobozi wa Bayern Munich) avuga kuri José Mourinho yari yagiye kuraba finale y'igikombe c'ubudagi kandi arabe neza na Michael Olise 👀

🗣️🎙️« Arashobora kumuraba uko ashaka kwose, ariko ntawe azokwigera aronka. » 😅

Swagger boy

23/05/2026

Here we go!

✅🔵🟡 João Félix, muri sezo yiwe yambere niwe yatowe nk'umukinyi yaranze ihiganwa rya Saudi Pro League 🦅🇵🇹

✨️ Uno mu star w'imyaka 26, ino sezo ayirangije ariwe mwubatsi mwiza w'ibitsindo ubwo yatanze imipira yavuyemwo ibitsindo myinshi kurusha abandi.

⚽ Ino sezo, uno mukinyi yatsinze ibitsindo 20, atanga n'imipira yavuyemwo ibitsindo 13.

🏆 Yahawe agashimwe k'umukinyi yaranze ukwezi kwa 5 kiyongera k'ubundi bwinshi yar'afise, uku kwezi nyene ahawe agashimwe k'umwiza kuruta abandi bose mw'ihiganwa.

Swagger boy

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Cibitoke?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address

Cibitoke