Intore Cyane
Official Page of Intore Cyane
Comedian | Content Creator
An Intore never dies, only bends the back
[INTORE ntipfa ivuna umugara]
tiktok.com/@intore_cyane
ππππ ninkuru ndende
Abantu turi muci tumenyaneππ₯
Jewe umunezero wanje numuceri Wewe umunezero wawe Niki??ππ₯π€
ππIyo umaze igihe kirekire uri single ku buryo ikintu cose kijanye n'urukundo canke relationship kigutera allergie.ππ
21/06/2026
Bon weekend kuba ingΓ©nieurs Bose tuzinanyeπ€π
πππ urya mukobwa avuga iyo uterefonye umuntu ukamubura nibamuhindure bazane akana kakiri gato
Iyo mushiki wanyu agiye kubereka agahungu kamuteye Inda kakayihakana π
Le PARIZYE ntikiri le PARIZYE π€£π€£
19/06/2026
Dukwize 1000 la famille π₯Ίπ
Lumitel babike imbeba tubike imbuto πππ
Click here to claim your Sponsored Listing.