SAMR

SAMR

Partager

L'Exilé 👽
iamsamr MIGO UMUSIRIMU🥀❤
Crush waba Chr banyu 💀❤
🌐CONTENT CREATOR
🌐INFLUENCER
25💔03💔2026 x Tél:66820531

10/07/2026

Ahonkomoka ndahazi. Niwabwira ko ntari Type yawe nzovyumva pe 💔😭

10/07/2026

😭 😭 Djicia Kezak Bdi base kumumpa tubonane base no kumbwira icaha yagirizwa yoba yarakoze kuko kugeza uno mwanya ntarumvirizwa. 😭🙏😭

Mubandanye mumusabira imbabazi 🇧🇮😭🙏

07/07/2026

Babantu mwadufutirako kwi Shure tutaraheza kwimura nibaze kubu mwicaye mubiro banyakubahwa🤣👋

01/07/2026

Bigeze mugukora icaha murashigikira ariko iyobigeze mugukora iciza sindababona 😢🚶🏻

Photos from SAMR's post 01/07/2026

Ibidukomeretsa nivyo biheza bikadukomeza bikigisha n'umutima kutakira ivyiza gusa ahubwo n'ibibi kuvyihanganira. 🪖🚶🏻

01/07/2026

Happy INDEPENDANCE day 💐

30/06/2026

Don't Love me 🚫
Ariko undeke jewe ndagukunde 😢❤️

30/06/2026

💔Ijambo ndagukunda🤍 ni igitutsi gikomeye kumuntu atagukunda💔 canke atagukeneye💔

28/06/2026

Wavyanka wavyemera Ndabiziko Abantu 90% Ufise Muri Téléphone Yawe ntaco bakumariye 🙆🙏

Vous voulez que votre personnage public soit Personnage Public la plus cotée à Paris ?
Cliquez ici pour réclamer votre Listage Commercial.

Site Web

Adresse

Paris

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque SAMR publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Souscrire

Nous vous informerons quand tout se passe à Paris.