OG RJ.D
promoter OG RJ.D
Ninde Azohagarika Natacha Burundi,
Yahora ari queen of buja None ubuho age ari GENERAL NGENDABANKA, ahejeje gushira amasanamu ateyubwoba kurubuga gwiwe gwa youtube mundirimbo yitwa MPINZIRA.
link Iri Muri comment. See less
OG RJ.D
03/08/2026
🇧🇮🔥 Bavugango Aho UTARI BURARE UHAVA KARE , Burya Mubisanzwe NYAMBO 🇷🇼 Kuba Yahemukiye Umusore Wacu 🇧🇮 Gushika Yaho Aja Mubitaro Bikwiye Kuduha Icigwa!.
Adrick AKIM Akwiye Gutahura Ko Atarukundo 💔 Kwinosi Rukibaho Ahubwo Ko Abakobwa Bakunda Umuntu Bivanye Nicari Nivyo Afise!
Nimba Wakwibazako Nyambo Yoshobora Kuba Uwawe Udafise Nkimiriyoni Zirenga Ijana Kuri Compte Hamwe Nimiduga Waribeshe Cane!
Aba Bakobwa Baba Baranditse Amazina Biragoye Kubatunga Udafise Ibiguruka! Canke Ibintu Vyinshi Babonesha Amaso Yabo Kuribo Urukundo Rwarabahezemwo Bakunda Ivyumuntu Afise
Impanuro Yanje Yagusa Nuko Worekana Nibintu Vyinkundo Ukabandanya Imiziki Yawe Ndazi Imbere Niheza Uzoronka Uwundi Mukobwa Mwiza Asumba Ubwiza Nuwo Nyambo Kuko Yaranakurusha Nimyaka Irenga 5 Yonakugaye Mumisi Irimbere.
Burya Ibitari Ivyawe Ntuvyibikako Abafana B' Umuziki Ndundi 🇧🇮 Baragukunda Bahereze Ama Hit Song 🔥 Ibisigaye Ubirekere Igihe Gusa!
🔺 Jewe Mubisanzwe Nabona Batanaberanye Kuko Nyambo Arakuze Caneee Gose!
🔺 Mwebwe Nkabafana B'Umuziki Ndundi Mubona Adrick Yarakwiye Kuririra Uyumukobwa? Ubona Bari Baberanye mûri comataire tuzibone
OG RJ.D
03/08/2026
21/07/2026
💰 : Ibiro vy'ikawa 400 vyarafatanywe abakora forode
---------------------------
☕ Izo kawa bita imbunya, ziri mu mifuko 8 ipima ibiro 50 umwe umwe, zafatiwe ahitwa muri komine Muyinga kuri uyu wa 17 Mukakaro 2026 isaha zine n'iminota 30 z'ijoro (22h30)
👮 Mu giporisi bemeza ko uwitwa Hakizimana yafashwe kuko yariko agerageza kujabukana izo kawa mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya, aciye mu mwanya uri ku mutumba wa muri zone
🚗 N'ubwo uwo mudandaza yahindagiye amayira kenshi, yahavuye afatanwa izo kawa zari zipakiwe mu modoka yo mu bwoko bwa Probox
🔎 Amatohoza akaba ariko arakorwa n'inyamiramabi zo mu giporisi mu gisagara ca Muyinga. Imodoka yari ipakiye iyo forode na yo yarafashwe, nk'uko amakuru atandukanye avyemeza
RJD
20/07/2026
⚫🚨Gushika ubu , Umuririmvyi 🇹🇿 ntarashikirija icatumye avana n'umugore wiwe 🇹🇿 , amakuru yose yokuvana yatanzwe na Zuchu 🇹🇿 aho yanamwagirije koyafashe 🇹🇿 arigusamba*a n'umukozi womunzu biba intandaro yokuvana , gusa inyuma yubwo butumwa Diamond 🇹🇿 yaciye azinduka yerekana umukunzi wiwe mushasha
OG RJ.D
18/07/2026
🇧🇮Mu uku niko vyifashe mwaka kanya kuri ETS ahagiye kubera igikorane cumuvugabutumwa bitumwako Ndikumana Chris.
🗣️Woba wahash*tse nawe???
OG RJ.D
08/07/2026
🚎 : kwiyunguruza vyasubiye guhungabana!
Kuva mu gatondo ko kuri uwu wa 8 mukakaro, kwiyunguruza mu gisagara ca Bujumbura si aho gutuma umwana. Cane cane ku biyunguruza mu buryo rusangi, hakoreshejwe bus. Ahari igituro cose c’ama bus uhasanga imirongo idasanzwe, uhereye ku bituro nyamukuru biri hagati mu gisagara ca Bujumbura.
Umwe mu bari bafise imigambi yo kuzindukira hagati mu gisagara ca twaganiriye mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu, yatubwiye ko yari amaze amasaha hafi arindiriye ikimwunguruza, yahebuye. Ni mu gihe twari tumusanze kuri kimwe mu bituro biri muri zone Cibitoke, mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura.
Yagize ati: " ibintu ndiko ndabona uyu musi ntivyari biherutse kumbako. Nash*tse aha kuri parking isaha imwe y’agatondo. Mu bisanzwe, mu minota nka 15, nahora mba naronse uko niyunguruza. Ariko uyu musi, maze hafi amasaha abiri, nta n’imodoka n’imwe ndabona iza ngo twinjire".
Uwo mwenegihugu yatubwiye ko inzira yonyene yari ishoboka kugira ngo umuntu ashike hagati mu gisagara ca Bujumbura kwari ukuriha amahera ibihumbi 4, muri taxi isangiwe n’abantu batanu, ivyiywa "Cangacanga". Ariko rero, ngo ivyo ntibishobowe na bose, kuko bish*tse ukariha ibihumbi 8 mu kwiyunguruza ku musi umwe, wosanga umushahara wose w’umusi wahereye mu kwiyunguruza.
Umwe mu bafasha gutondeka abantu ku mirongo twavuganye, yatubwiye ko ibura ry’imodoka zo kwiyunguruza ryavuye ku kuntu zose zari ku mirongo, zirindiriye kuroswa agatoro. Ariko rero, yahumurije, avuga ko ico kibazo gishobora guherana n’uyu musi.
Ntiwibagire gukora Cank
08/07/2026
🇧🇮🪖 Igisirikare c'u-Burundi, kuva ku musi bagira defire kw'isabukuru y'intahe y'ukwikukira igira 64 uburundi bwikukiye, amasanamu yabo ari muyavugishije abantu benshi bivanye n'uburyo bari bameze.
Hari benshi bari babibonye ubwa mbere ko mu burundi hari igisirikare nkico babonye, hari n'abibaza ko mu burundi abo basirikare batoba bahari ariko bakababona kuri uwo musi.
N'icahe kindi kintu ca batangaje ku gisirikare c'u-Burundi ???
OG RJ.D
03/07/2026
Izi nyishu uyumudogo azikura hehe 🤣🎙️🎙️ Inyuma yaho A Kili apostingiye ko uyumwaka yipfuza guhura na crush wiwe nimundabire iyi comment yuyumufana hamwe ninyishi Kirikou yamusubije .
Umufana : Uravye kuntureha ukama wipfuza uwomukobwa ugomba k***a munyo 😤😤.
Kirikou: hamwe wobona urupfunguruzo rwatsa actros wontahura 🤣🤣.
Ibintu ziraza ukuntu kwel mwe kubwanyu mwemera nde uravye kwivyobibazo 2 vyatanzwe 🤣
OG RJ.D
03/07/2026
💕💕💕💕 gahunda nugukorera igihugu ntakindi
Click here to claim your Sponsored Listing.